Communiqué portant date limite de paiement du 3ème acompte prévisionnel 2022 (Itangazo ryerekeye kumenyesha no kuriha akonte ya gatatu y’umwaka wa 2022)

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Ikigo kijejwe gutororokanya amakori n’amatagisi (O.B.R) kiramenyesheje abatangakori bose basanzwe bari mu mugwi w’abamenyesha amakori ku mwaka, ko itariki ntarengwa yo kumenyesha no kuriha akonte yagatatu y’ikori ry’umwaka wa 2022, ari kwigenekerezo rya 31 Kigarama 2022.

L’Office Burundais des Recettes (O.B.R) rappel à tous les contribuables soumis au régime déclaratif que la date limite de paiement du troisième acompte provisionnel est fixée au samedi 31/12/2022.

Télécharger le communiqué ici ( tora itangazo hano)