Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

1. Kwirinda ico cose cotuma havurwa ko hariwe ibiturire muri OBR; 
2. Kwirinda vy’ukuri kurya ibiturire ; 
3. Kwirinda gucisha impande y’amategeko ; 
4. Kwirinda gusesagura umwanya ; 
5. Kwirinda kujuragiza ababituye ; 
6. Gukunda abo dutunganiriza tukongera tukabubaha ; 
7. Kugira umutima w’urukundo hagati yacu ; 
8. Kugabanya insaku hamwe no kwihanganiranirana ; 
9. Kudasesagura uburyo bw’ikigo OBR ; 
10. Gukunda Igihugu.