Actualités

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Les festivités auront lieu vendredi le 5 Décembre 2025 au stade Ingoma de Gitega. Initié depuis 2016,chaque journée du Contribuable renferme un thème selon les avancées technologiques du moment en matière de collecte d'impôts et taxes.

Read more ...

L’Office Burundais des Recettes (OBR) a organisé ce mardi 25 novembre 2025 à Bujumbura une réunion de sensibilisation sur la mise en œuvre de l’arrangement de reconaissance mutuelle du programme des Opérateurs Economiques Agrées de l’Office Burundais des Recettes et du programme de gestion de crédits des entreprises de l’Administration Générale des Douanes de la Chine.

Read more ...

Sous le haut patronage de Son Excellence le Président de la République, la 10ème édition de la Journée du Contribuable sera célébrée au Stade Ingoma de Gitega ce vendredi 5 décembre 2025.

Affiche JC 2025 

02092025 Image MFEAkamashini gasohora inyenyemezabuguzi kemewe na OBR ni karahara mu ruganda ntibacura, abadandaza bose bategerezwa kugakoresha bagasabwa kutakabika mu kureka kugakoresha kuko ibihano bijanye biremereye cane. Birabujijwe kandi kwinjizamwo ibidandazwa biri munsi y’ivyandandajwe canke igiciro kiri munsi. Akamashini gasohora inyenyemezabuguzi kemewe na OBR ni karahara mu ruganda ntibacura, abadandaza bose bategerezwa kugakoresha bagasabwa kutakabika mu kureka kugakoresha kuko ibihano bijanye biremereye cane. Birabujijwe kandi kwinjizamwo ibidandazwa biri munsi y’ivyandandajwe canke igiciro kiri munsi. Ako kamashini gafitiye akamaro kanini abandandaza kuko kabafasha gukurikirana amafaranga binjije ku musi ku musi ndetse mbere n’ububiko bwabo(stocks); nta mukozi ashobora kubacamwo. Umuguzi wese ahamagarigwa gusaba fagitire ku kidandazwa cose aguze ahandi ho amande ategekanijwe ni 20 % vy’ikiguzi c’ico kidandazwa. Iyo nyemezabuguzi iciye mu kamashini itegerezwa kandi gusabwa n’abakoresha amafaranga ya Leta ku bikoresho vyose baguze ahandi ho ibihano vyarategekanijwe n’amategeko. Abakeneye inyigisho kuri ako kamashini begera ibiro vya OBR biri hafi yabo. Uno mwaka w’2025 twese hamwe duhimbaza umusi mukuru wahariwe umutangakori twisunze ikoreshwa neza ry’aka kamashini kugira ngo ivyiza vy’amakori n’amatagisi twese bidushikire biciye mu migambi ya Leta irangugwa,  ata wusigaye inyuma. Ni ku mugwa mukuru w’intara ya Gitega ku musi wa gatanu igenekerezo rya 5/12/2025 kuri stade Ingoma.

Kurikirana iri reresi hano umenye vyinshi: https://www.facebook.com/share/v/1Cj5xJ3Brp/ 

L’Office Burundais des Recettes (OBR), avec le soutien du Centre du Commerce International (ITC) via le projet MARK-UP, phase II, a organisé du lundi 17 au 20 novembre 2025 dans la capitale politique Gitega et à Muyinga, des ateliers de formation, d’information et d’échanges sur les avantages du Portail d’Informations Commerciales du Burundi (PIC), une plateforme dédiée à la facilitation du commerce transfrontalier au Burundi.

Read more ...