Kuva mu kwezi kwa Mukakaro 2026, abadandaza bose badandaza amafaranga imiliyoni 25 kuduga ku mwaka bategerezwa gutoza itagisi TVA, kuyimenyesha no kuyiriha muri OBR, mu kwezi gukurikira ukwo yatorejwemwo. Ivyo biri mu ngingo y’271 y’itegeko rigenga amafaranga Reta ikoresha uyu mwaka wa 2026-2027. Kurikira ireresi isigura neza uko TVA iharurwa: https://t.co/NtTWSjrCO4
