Mbega itegeko rigenga amafaranga Leta y'Uburundi ikoresha mu mwaka w'2026 ushira uwa 2027 ritegekanya iki ku bijanye n'Ikori Nyongeragaciro TVA?Fyonda hano wumvirize ijwi rikubwira abatangakori basabwa kwegeranya TVA, kuyimenyekanisha no kuyishikana mu kigo OBR.