Ikigo OBR kirahamagariye abatangakori batarakoresha imashini nyabwonko isohora inyemezabuguzi (facture électronique) ko bokwihutira kuza kuzitora ku nyubakwa Emmaüs na Virago ico kigo gisanzwe gikoreramwo.
Ikiringo ca nyuma co kuzitora ku bamaze kuronka amakete abatumirira kuzitora ni kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 20 Ruheshi 2025.
Fyonda hano kugira musome iri tangazo ryose