Actualités

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Ikigo OBR gihamagarira abakorera mu gisata c'amabanki kutirengagiza ubutumwa kibaha ku bijanye n'abatangakori babitsa amafaranga muri ayo mabanki. Kuva ubu ibanki izirengagiza ubutumwa buhagarika ikonti y'umutangakori izohanwa bikomeye nk'ukwo bitegekanijwe n'amategeko.

Fyonda hano mwirabire ireresi ibibasigurira 

Ikigo OBR gihamagarira abakorera mu gisata c'uburovyi gusinyiranira n'ubushikiranganji bujejwe ubutunzi n'ikigega c'igihugu amasezerano yo  gukorana na Leta nk'ukwo bitegekanijwe n'amategeko, kumenyesha umwimbu wabo w'uburovyi no kuriha amakori n'amatagisi bijanye.

Fyonda hano urabe ireresi ibisigura